Zaburi 110:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova yararahiye+ (kandi ntazokwicuza+), ati:“Uri umuherezi gushika igihe kitagira urugero+Mu buryo bwa Melekisedeki+!” Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 110:4 Niwiyegereze, rup. 194 Umunara w’Inderetsi,15/10/2012, rup. 261/9/2006, rup. 14
4 Yehova yararahiye+ (kandi ntazokwicuza+), ati:“Uri umuherezi gushika igihe kitagira urugero+Mu buryo bwa Melekisedeki+!”