1 Timoteyo 2:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuko hari Imana imwe+, n’umuhuza umwe+ hagati y’Imana n’abantu+, akaba ari umuntu, ni ukuvuga Kristu Yezu+, Abaheburayo 9:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ni co gituma ari umuhuza w’isezerano rishasha+, kugira ngo abahamagawe baronke wa muhango w’intoranwa yamaho, kubera ko yapfuye ngo biciye ku ncungu+ babohorwe ibicumuro bakoze mu gihe c’isezerano rya kera+.
5 Kuko hari Imana imwe+, n’umuhuza umwe+ hagati y’Imana n’abantu+, akaba ari umuntu, ni ukuvuga Kristu Yezu+,
15 Ni co gituma ari umuhuza w’isezerano rishasha+, kugira ngo abahamagawe baronke wa muhango w’intoranwa yamaho, kubera ko yapfuye ngo biciye ku ncungu+ babohorwe ibicumuro bakoze mu gihe c’isezerano rya kera+.