Yesaya 53:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ni co gituma nzomuha umugabane muri benshi,kandi azogabangana isahu n’abanyabubasha,kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+,agaharurwa mu bacumuzi+.Yikoreye igicumuro c’abantu benshi+,aburanira abacumuzi+. Abaroma 6:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kuko urupfu yapfuye, yarupfuye kugira akureho igicumuro rimwe rizima+. Mugabo ubuzima abayeho, abubayeho kugira akore ivyo Imana igomba. 1 Petero 2:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Igihe yamanikwa ku giti+, we ubwiwe yarikoreye ibicumuro vyacu+ mu mubiri wiwe bwite, kugira tuvavanure* n’ibicumuro hanyuma tubeho dukora ibigororotse. Kandi «biciye ku bikomere vyiwe mwarakize+.»
12 Ni co gituma nzomuha umugabane muri benshi,kandi azogabangana isahu n’abanyabubasha,kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+,agaharurwa mu bacumuzi+.Yikoreye igicumuro c’abantu benshi+,aburanira abacumuzi+.
10 Kuko urupfu yapfuye, yarupfuye kugira akureho igicumuro rimwe rizima+. Mugabo ubuzima abayeho, abubayeho kugira akore ivyo Imana igomba.
24 Igihe yamanikwa ku giti+, we ubwiwe yarikoreye ibicumuro vyacu+ mu mubiri wiwe bwite, kugira tuvavanure* n’ibicumuro hanyuma tubeho dukora ibigororotse. Kandi «biciye ku bikomere vyiwe mwarakize+.»