ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 22:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ndiko ndasukwa nk’amazi,

      amagufa yanje yose yatanye.

      Umutima wanje wacitse nk’ishashara+,

      uriko ushongera muri jewe+.

  • Matayo 26:27, 28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Atora n’igikombe, arakenguruka hanyuma arakibaha, avuga ati: «Nimukinyweko mwese+, 28 kuko kigereranya amaraso yanje+, “amaraso y’isezerano+” agiye guseswa ku bwa benshi+ kugira bababarirwe ibicumuro+.

  • Abaheburayo 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Rero kubera ko abo «bana batoyi» ari abantu b’inyama n’amaraso*, na we nyene yabaye nka bo*+, kugira ngo biciye ku rupfu rwiwe ahindure ubusa umwe afise uburyo bwo guteza urupfu+, ni ukuvuga Shetani*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika