-
Guharura 22:34Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
34 Balamu aca yishura uwo mumarayika wa Yehova ati: «Nacumuye. Sinari nzi ko ari wewe uhagaze mw’ibarabara kugira untangire. Nimba ubona ari bibi, reka nsubire inyuma.»
-