1 Petero 1:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kuko mwavyawe bushasha+ bidaciye ku rubuto rubora*, ahubwo biciye ku rubuto rutabora+, mubikesheje ijambo ry’Imana nzima kandi yamaho+. 1 Yohani 4:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Bavukanyi nkunda, tubandanye gukundana+ kuko urukundo ruva ku Mana, kandi umuntu wese akundana yavyawe n’Imana kandi arazi Imana+.
23 Kuko mwavyawe bushasha+ bidaciye ku rubuto rubora*, ahubwo biciye ku rubuto rutabora+, mubikesheje ijambo ry’Imana nzima kandi yamaho+.
7 Bavukanyi nkunda, tubandanye gukundana+ kuko urukundo ruva ku Mana, kandi umuntu wese akundana yavyawe n’Imana kandi arazi Imana+.