Yeremiya 10:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mugabo Yehova ni we Mana vy’ukuri. Ni Imana nzima+ akaba n’Umwami w’ibihe bidahera+. Isi izonyiganyiga+ kubera ishavu ryiwe,kandi nta hanga rizokwihanganira uburake bwiwe. 1 Timoteyo 1:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe adapfa*+, ataboneka+, we Mana yonyene+, nahabwe iteka n’ubuninahazwa gushika ibihe bidahera. Amen.
10 Mugabo Yehova ni we Mana vy’ukuri. Ni Imana nzima+ akaba n’Umwami w’ibihe bidahera+. Isi izonyiganyiga+ kubera ishavu ryiwe,kandi nta hanga rizokwihanganira uburake bwiwe.
17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe adapfa*+, ataboneka+, we Mana yonyene+, nahabwe iteka n’ubuninahazwa gushika ibihe bidahera. Amen.