Guharura 29:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Ivyo muzobishikanira Yehova ku misi mikuru yanyu+. Bizoza vyiyongera ku mashikanwa yanyu yo gushitsa indagano+ no ku mashikanwa mutanga muvyishakiye+, yaba ari ayaturirwa+, ay’intete+, ay’ibinyobwa+ canke ibimazi vyo gusangira+.”»
39 Ivyo muzobishikanira Yehova ku misi mikuru yanyu+. Bizoza vyiyongera ku mashikanwa yanyu yo gushitsa indagano+ no ku mashikanwa mutanga muvyishakiye+, yaba ari ayaturirwa+, ay’intete+, ay’ibinyobwa+ canke ibimazi vyo gusangira+.”»