Ezira 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko bashira igicaniro aho cahora, naho batinya abantu bo mu bihugu bibanyi+. Baraheza batangura gushikanira Yehova ibimazi biturirwa kuri ico gicaniro, vyaba ivyo mu gitondo canke ivyo ku mugoroba+.
3 Nuko bashira igicaniro aho cahora, naho batinya abantu bo mu bihugu bibanyi+. Baraheza batangura gushikanira Yehova ibimazi biturirwa kuri ico gicaniro, vyaba ivyo mu gitondo canke ivyo ku mugoroba+.