Ezira 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko bashimangira igicaniro mu kibanza caco+, kuko ivutu ryabajeko kubera ibisata vy’abantu vy’ibihugu bibanyi+, maze batangura kugishikanirako Yehova ibimazi biturirwa, ibimazi biturirwa vyo mu gitondo n’ivyo ku mugoroba+.
3 Nuko bashimangira igicaniro mu kibanza caco+, kuko ivutu ryabajeko kubera ibisata vy’abantu vy’ibihugu bibanyi+, maze batangura kugishikanirako Yehova ibimazi biturirwa, ibimazi biturirwa vyo mu gitondo n’ivyo ku mugoroba+.