Abacamanza 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko umwami wa bene Amoni abwira izo ntumwa za Yefuta ati: “Ni kubera yuko Isirayeli yantwaye igihugu igihe baduga bavuye mu Misiri+, guhera kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki no gushika kuri Yorodani+. Ubu rero gisubize ku neza.”
13 Nuko umwami wa bene Amoni abwira izo ntumwa za Yefuta ati: “Ni kubera yuko Isirayeli yantwaye igihugu igihe baduga bavuye mu Misiri+, guhera kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki no gushika kuri Yorodani+. Ubu rero gisubize ku neza.”