ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 122
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Isengesho ryo gusabira amahoro Yeruzalemu

        • Umunezero wo kuja ku nzu ya Yehova (1)

        • Igisagara gifise inyubakwa zifatanye zikanywana (3)

Zaburi 122:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:15; Zb 27:4; 42:4; 84:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    12/2001, rup. 3

Zaburi 122:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 6:6; Zb 84:7; 100:4

Zaburi 122:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2014, rup. 24

    1/9/2006, rup. 15

Zaburi 122:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Ya.» Ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:17; Gus 12:5, 6

Zaburi 122:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 17:8, 9; 2Ng 19:8
  • +2Sm 7:16; 1Bm 10:18; 1Ng 29:23

Zaburi 122:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:18

Zaburi 122:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:3; Zb 26:8; 69:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 122:12Sm 6:15; Zb 27:4; 42:4; 84:10
Zab. 122:22Ng 6:6; Zb 84:7; 100:4
Zab. 122:32Sm 5:9
Zab. 122:4Kv 23:17; Gus 12:5, 6
Zab. 122:5Gus 17:8, 9; 2Ng 19:8
Zab. 122:52Sm 7:16; 1Bm 10:18; 1Ng 29:23
Zab. 122:6Zb 51:18
Zab. 122:91Ng 29:3; Zb 26:8; 69:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 122:1-9

Zaburi

Ni indirimbo y’abariko baraduga. Ni zaburi ya Dawidi.

122 Naranezerewe igihe bambwira bati:

«Tuje ku nzu ya Yehova+!»

 2 Ubu rero ibirenge vyacu bihagaze

mu marembo yawe, ewe Yeruzalemu+!

 3 Yeruzalemu yubatswe nk’igisagara

gifise inyubakwa zifatanye zikanywana+.

 4 Imiryango yaraduzeyo,

imiryango ya Yehova*

yaraduzeyo yisunze ivyibutswa yahaye Isirayeli,

kugira ishemeze izina rya Yehova+.

 5 Kuko ari ho hari intebe bacirako imanza+,

intebe z’ubwami z’abo mu nzu ya Dawidi+.

 6 Nimusabire amahoro Yeruzalemu+.

Ese abagukunda bokwiberaho mu mutekano!

 7 Amahoro nasasagare mu bisagara vyawe bizitijwe impome,

umutekano na wo urangwe mu minara yawe ikomeye!

 8 Ku neza ya benewacu na bagenzanje, reka mvuge nti:

«Amahoro nasasagare iwawe!»

 9 Ku neza y’inzu ya Yehova Imana yacu+,

nzoguma ndakwipfuriza ivyiza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika