Itanguriro 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Iyo nzoka ica ibwira uwo mugore iti: “Haba namba ntimuzopfa+. 2 Abakorinto 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo nka kumwe ya nzoka yaryosharyosha Eva+ ikoresheje urwenge rwayo, ndatinya yuko hari ukuntu imizirikanyi yanyu yohava yononekara+ ikava ku kutagira uburyarya n’ukutandura bibereye Kristu+. Ivyahishuwe 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko ca gisato kinini+ kiraririzwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+; araririzwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bararirizanywa na we.
3 Mugabo nka kumwe ya nzoka yaryosharyosha Eva+ ikoresheje urwenge rwayo, ndatinya yuko hari ukuntu imizirikanyi yanyu yohava yononekara+ ikava ku kutagira uburyarya n’ukutandura bibereye Kristu+.
9 Nuko ca gisato kinini+ kiraririzwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+; araririzwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bararirizanywa na we.