Zaburi 110:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yehova yararahiye, kandi ntazokwivuguruza*. Yavuze ati: «Uri umuherezi ibihe vyose+mu buryo bwa Melekisedeki+!» Abaheburayo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Aho hantu integuza yarahinjiye ku bwacu, ni ukuvuga Yezu+, uwabaye umuherezi mukuru mu buryo bwa Melekisedeki ibihe vyose+.
4 Yehova yararahiye, kandi ntazokwivuguruza*. Yavuze ati: «Uri umuherezi ibihe vyose+mu buryo bwa Melekisedeki+!»
20 Aho hantu integuza yarahinjiye ku bwacu, ni ukuvuga Yezu+, uwabaye umuherezi mukuru mu buryo bwa Melekisedeki ibihe vyose+.