ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 8:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Maze umwami Yehoramu asubira i Yezireli+ kurwarirayo, kubera ko Abasiriya bari bamukomerekeje igihe yari i Ramoti* kurwana na Hazayeli umwami wa Siriya+. Nayo Ahaziya mwene Yehoramu umwami w’Ubuyuda aja i Yezireli gusuhuza Yehoramu mwene Ahabu, kuko yari arwaye*.

  • 2 Ngoma 22:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Mugabo Imana yatumye urugendo Ahaziya yagize aja kwa Yehoramu rumuviramwo urupfu. Amaze gushikayo, yajanye na Yehoramu gusanganira Yehu+ umwuzukuru* wa Nimushi, uwo Yehova yari yararobanuje amavuta* kugira ahonye umuryango wa Ahabu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika