ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Kuri uwo musi bazovuga bati:

      «Raba! Iyi ni yo Mana yacu+.

      Twarayizigiye+

      kandi izodukiza+.

      Uyu ni Yehova.

      Twaramwizigiye.

      Tunezerwe duhimbarwe kubera ubukiriro atanga+.»

  • Zefaniya 3:16, 17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Kuri uwo musi, Yeruzalemu izobwirwa iti:

      «Ntutinye, Siyoni we+!

      Ntucike inkokora*.

      17 Jewe Yehova Imana yawe ndi hagati yawe+.

      Nzogukiza, kuko ndi Umunyenkomezi.

      Nzohimbarwa cane kubera wewe+.

      Nzokwumva ntekanye kubera urukundo ndagufitiye.

      Nzonezerwa kubera wewe, nihe akaruru k’umunezero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika