ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 34:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Yehova aca imbere yiwe, amumenyesha ati: «Ndi Yehova, ndi Yehova, Imana y’imbabazi+ n’impuhwe*+, iteba gushavura+ kandi yuzuye urukundo*+ n’ukuri*+.

  • Zaburi 78:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Ariko yoyo yarabagirira imbabazi+.

      Yarabaharira* ikosa ryabo, ntibatikize+.

      Kenshi yaratsinda ishavu ryayo+,

      aho kurireka ngo riduge ryose.

  • Zaburi 86:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Ewe Yehova, uri mwiza+ kandi witeguriye kubabarira+!

      Urukundo* ufitiye abo bose bakwambaza ni rwinshi+.

  • Zaburi 145:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Yehova ni Imana y’impuhwe* n’imbabazi+,

      iteba gushavura kandi yuzuye urukundo*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika