44 Hanyuma ababwira ati: «Ibi ni bimwe nababwira nkiri kumwe namwe+, yuko ibintu vyose binyerekeye vyanditswe mu mategeko ya Musa, mu bitabu vy’abahanuzi no mu Mazaburi bitegerezwa kuranguka+.»
45 Filipo aca aja kurondera Natanayeli+, amubwira ati: «Twabonye umwe avugwa mu mategeko ya Musa no mu vyanditswe n’abahanuzi*. Ni Yezu, umwana wa Yozefu+, w’i Nazareti.»