Abaheburayo 8:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Igikorwa ceranda abo bantu bakora kigereranya ibintu vyo mw’ijuru+ kikaba n’igitutu cavyo+. Ivyo birerekanwa n’itegeko Imana yahaye Musa igihe yagira yubake ihema, kuko ivuga iti: «Vyose uze witwararike kubikora wisunze akarorero nakweretse ku musozi+.» Abaheburayo 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kubera ko amategeko ari igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza+, atari ivyo bintu nyezina, ntashobora* kwigera atuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene biguma bishikanwa ku mwaka ku mwaka.
5 Igikorwa ceranda abo bantu bakora kigereranya ibintu vyo mw’ijuru+ kikaba n’igitutu cavyo+. Ivyo birerekanwa n’itegeko Imana yahaye Musa igihe yagira yubake ihema, kuko ivuga iti: «Vyose uze witwararike kubikora wisunze akarorero nakweretse ku musozi+.»
10 Kubera ko amategeko ari igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza+, atari ivyo bintu nyezina, ntashobora* kwigera atuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene biguma bishikanwa ku mwaka ku mwaka.