Abakolosayi 2:16, 17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ntihagire rero uwubacira urubanza mu bijanye n’ivyo murya be n’ivyo munywa+ canke mu bijanye no kwubahiriza imisi mikuru canke imboneko y’ukwezi+ canke isabato+. 17 Ivyo vyari igitutu c’ibizoza+, mugabo umutumba nyezina ni uwa Kristu+. Abaheburayo 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kubera ko amategeko ari igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza+, atari ivyo bintu nyezina, ntashobora* kwigera atuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene biguma bishikanwa ku mwaka ku mwaka.
16 Ntihagire rero uwubacira urubanza mu bijanye n’ivyo murya be n’ivyo munywa+ canke mu bijanye no kwubahiriza imisi mikuru canke imboneko y’ukwezi+ canke isabato+. 17 Ivyo vyari igitutu c’ibizoza+, mugabo umutumba nyezina ni uwa Kristu+.
10 Kubera ko amategeko ari igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza+, atari ivyo bintu nyezina, ntashobora* kwigera atuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene biguma bishikanwa ku mwaka ku mwaka.