-
3 Yohani 9, 10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Hari ikintu nandikiye ishengero, ariko Diyotirefe, umwe akunda kwishira imbere muri bo+, nta kintu na kimwe yubaha mu vyo tuvuga+. 10 Ni co gituma ninaza, nzoshira ahabona ivyo akora mu kutuvuga nabi+. Si ivyo gusa, aranka no kwakirana icubahiro abavukanyi+, ahubwo n’abashaka kubakira arababuza, akabirukana mw’ishengero.
-