Gusubira mu vyagezwe 32:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Nezerwa mwa mahanga hamwe n’abantu biwe+,kuko azohora amaraso y’abasavyi biwe+,azokwihora abansi biwe+,kandi azotyorora* igihugu c’abantu biwe.» 2 Abami 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Uze wice abo mu muryango wa shobuja Ahabu. Jewe Yehova nzobihōra kubera amaraso y’abasavyi banje b’abahanuzi Yezebeli yasheshe. Nzobihōra kandi kubera amaraso y’abandi basavyi banje bose yishe+. Zaburi 79:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kubera iki amahanga yovuga ngo: «Imana yabo iri hehe+?» Ese twokwibonera ko vyamenyekanye mu mahangayuko wihoye abasheshe amaraso y’abasavyi bawe+! Ivyahishuwe 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nuhimbarwe wa juru we+ kubera ivyamushikiye, na mwebwe aberanda+, intumwa n’abahanuzi nimuhimbarwe, kuko Imana yamuciriye urubanza kubera mwebwe+!» Ivyahishuwe 18:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Emwe, iwe ni ho habonetse amaraso y’abahanuzi, ay’aberanda+ n’ay’abantu bose bishwe kw’isi+.»
43 Nezerwa mwa mahanga hamwe n’abantu biwe+,kuko azohora amaraso y’abasavyi biwe+,azokwihora abansi biwe+,kandi azotyorora* igihugu c’abantu biwe.»
7 Uze wice abo mu muryango wa shobuja Ahabu. Jewe Yehova nzobihōra kubera amaraso y’abasavyi banje b’abahanuzi Yezebeli yasheshe. Nzobihōra kandi kubera amaraso y’abandi basavyi banje bose yishe+.
10 Kubera iki amahanga yovuga ngo: «Imana yabo iri hehe+?» Ese twokwibonera ko vyamenyekanye mu mahangayuko wihoye abasheshe amaraso y’abasavyi bawe+!
20 Nuhimbarwe wa juru we+ kubera ivyamushikiye, na mwebwe aberanda+, intumwa n’abahanuzi nimuhimbarwe, kuko Imana yamuciriye urubanza kubera mwebwe+!»