Abalewi 26:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kandi nzokwibuka isezerano rya ba sekuruza ku neza yabo+, abo nakuye mu gihugu ca Misiri mu maso y’amahanga+, kugira nerekane ko ndi Imana yabo. Ndi Yehova.’” Gusubira mu vyagezwe 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Wewe ubwawe wareretswe, kugira umenye ko Yehova ari we Mana y’ukuri+; nta wundi ariho kiretse we+. Zaburi 68:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Imana y’ukuri kuri twebwe ni Imana y’ibikorwa vy’ugukiza+;Kandi ivyanzo bikura umuntu mu rupfu+ ni ivya Yehova Umukama Segaba+.
45 Kandi nzokwibuka isezerano rya ba sekuruza ku neza yabo+, abo nakuye mu gihugu ca Misiri mu maso y’amahanga+, kugira nerekane ko ndi Imana yabo. Ndi Yehova.’”
35 Wewe ubwawe wareretswe, kugira umenye ko Yehova ari we Mana y’ukuri+; nta wundi ariho kiretse we+.
20 Imana y’ukuri kuri twebwe ni Imana y’ibikorwa vy’ugukiza+;Kandi ivyanzo bikura umuntu mu rupfu+ ni ivya Yehova Umukama Segaba+.