Zaburi 118:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hahezagirwe uwuje mw’izina rya Yehova+;Twarabahezagiye turi mu nzu ya Yehova+. Matayo 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!” Matayo 23:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Kuko ndabibabwiye: Kuva ubu ntimuzogenda mumbonye gushika muvuze muti: ‘Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+!’” Luka 19:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 bavuga bati: “Arahezagiwe Uwuje bwa Mwami mw’izina rya Yehova+! Amahoro mw’ijuru, n’ubuninahazwa ahantu hari hejuru ya hose+!” Yohani 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”
9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!”
39 Kuko ndabibabwiye: Kuva ubu ntimuzogenda mumbonye gushika muvuze muti: ‘Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+!’”
38 bavuga bati: “Arahezagiwe Uwuje bwa Mwami mw’izina rya Yehova+! Amahoro mw’ijuru, n’ubuninahazwa ahantu hari hejuru ya hose+!”
13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”