ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 6
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 6:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:15; Gh 5:6; Zb 51:4
  • +Lw 19:11
  • +Kv 22:7
  • +Yb 24:2; Mik 2:2; Ivk 13:10

Abalewi 6:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 22:1
  • +Kv 22:11; Lw 19:12; Yr 7:9; Mal 3:5; Ef 4:25; Kl 3:9; 1Tm 1:10

Abalewi 6:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:13

Abalewi 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:16; Gh 5:7; 1Sm 12:3

Abalewi 6:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:15; Yes 53:10; Heb 9:14
  • +Lw 7:1

Abalewi 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:20; 5:10, 18; 1Yh 1:7; 2:2

Abalewi 6:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:42; Gh 28:3; Heb 10:11

Abalewi 6:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:39; Lw 16:32; Ezr 3:10; Ezk 44:17
  • +Kv 28:42; 39:28
  • +Kv 27:3; Lw 1:16; 4:12

Abalewi 6:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:23; Ezk 44:19
  • +Lw 4:12; 16:27; Gh 19:9; Heb 13:12

Abalewi 6:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:7; 3:5; Neh 13:31
  • +Lw 3:5, 16; Gh 18:17

Abalewi 6:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 16:46

Abalewi 6:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:1; Gh 15:4

Abalewi 6:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:2, 9; 5:12

Abalewi 6:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:3; 5:13; Ezk 44:29; 1Kr 9:13
  • +Lw 10:12

Abalewi 6:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:11; Mt 16:12; 1Pt 2:22
  • +Gh 18:9
  • +Lw 2:3, 10

Abalewi 6:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:10
  • +Lw 24:9

Abalewi 6:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:2
  • +Kv 30:30; Zb 133:2; Lk 4:18; Ivk 10:38; Heb 1:9; 5:1; 7:28; 8:3
  • +Kv 16:36; Lw 5:11
  • +Kv 29:40; Lw 2:1; 9:17; Gh 28:5

Abalewi 6:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:5; 7:9; 1Ng 23:29

Abalewi 6:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:6; Heb 7:23
  • +Kv 29:41

Abalewi 6:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 7:28

Abalewi 6:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:3
  • +Lw 1:3, 11
  • +Lw 21:22; 22:7

Abalewi 6:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:17; Gh 18:9; Ezk 44:29
  • +Lw 6:16
  • +Kv 27:9; 38:9; 40:33; Ezk 42:13

Abalewi 6:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 9:21; 14:36
  • +1Pt 1:2
  • +Heb 9:10

Abalewi 6:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:33; 15:12

Abalewi 6:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:18; Gh 18:10
  • +Lw 6:25; 21:22

Abalewi 6:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:5; 10:18; 16:27; Heb 13:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 6:2Lw 5:15; Gh 5:6; Zb 51:4
Lew. 6:2Lw 19:11
Lew. 6:2Kv 22:7
Lew. 6:2Yb 24:2; Mik 2:2; Ivk 13:10
Lew. 6:3Gus 22:1
Lew. 6:3Kv 22:11; Lw 19:12; Yr 7:9; Mal 3:5; Ef 4:25; Kl 3:9; 1Tm 1:10
Lew. 6:4Lw 4:13
Lew. 6:5Lw 5:16; Gh 5:7; 1Sm 12:3
Lew. 6:6Lw 5:15; Yes 53:10; Heb 9:14
Lew. 6:6Lw 7:1
Lew. 6:7Lw 4:20; 5:10, 18; 1Yh 1:7; 2:2
Lew. 6:9Kv 29:42; Gh 28:3; Heb 10:11
Lew. 6:10Kv 28:39; Lw 16:32; Ezr 3:10; Ezk 44:17
Lew. 6:10Kv 28:42; 39:28
Lew. 6:10Kv 27:3; Lw 1:16; 4:12
Lew. 6:11Lw 16:23; Ezk 44:19
Lew. 6:11Lw 4:12; 16:27; Gh 19:9; Heb 13:12
Lew. 6:12Lw 1:7; 3:5; Neh 13:31
Lew. 6:12Lw 3:5, 16; Gh 18:17
Lew. 6:13Gh 16:46
Lew. 6:14Lw 2:1; Gh 15:4
Lew. 6:15Lw 2:2, 9; 5:12
Lew. 6:16Lw 2:3; 5:13; Ezk 44:29; 1Kr 9:13
Lew. 6:16Lw 10:12
Lew. 6:17Lw 2:11; Mt 16:12; 1Pt 2:22
Lew. 6:17Gh 18:9
Lew. 6:17Lw 2:3, 10
Lew. 6:18Gh 18:10
Lew. 6:18Lw 24:9
Lew. 6:20Kv 29:2
Lew. 6:20Kv 30:30; Zb 133:2; Lk 4:18; Ivk 10:38; Heb 1:9; 5:1; 7:28; 8:3
Lew. 6:20Kv 16:36; Lw 5:11
Lew. 6:20Kv 29:40; Lw 2:1; 9:17; Gh 28:5
Lew. 6:21Lw 2:5; 7:9; 1Ng 23:29
Lew. 6:22Gus 10:6; Heb 7:23
Lew. 6:22Kv 29:41
Lew. 6:23Heb 7:28
Lew. 6:25Lw 4:3
Lew. 6:25Lw 1:3, 11
Lew. 6:25Lw 21:22; 22:7
Lew. 6:26Lw 10:17; Gh 18:9; Ezk 44:29
Lew. 6:26Lw 6:16
Lew. 6:26Kv 27:9; 38:9; 40:33; Ezk 42:13
Lew. 6:27Mt 9:21; 14:36
Lew. 6:271Pt 1:2
Lew. 6:27Heb 9:10
Lew. 6:28Lw 11:33; 15:12
Lew. 6:29Lw 6:18; Gh 18:10
Lew. 6:29Lw 6:25; 21:22
Lew. 6:30Lw 4:5; 10:18; 16:27; Heb 13:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 6:1-30

Abalewi

6 Yehova abandanya kubarira Musa ati: 2 “Umuntu niyacumura mu guhemuka kuri Yehova+, agahenda+ mugenziwe mu bijanye n’ikintu yari ajejwe canke imbitso yashizwe mu minwe+ canke ubwambuzi, canke akagunga mugenziwe+, 3 canke agatora ikintu catakaye+ maze vy’ukuri agakoresha ikinyoma kuri nya kintu, kandi akarahira abesha+ ku kintu ico ari co cose mu bintu vyose yokora bikamucumuza, 4 uku rero ni ko bizogenda: niyacumura, kandi koko akagirwa n’icaha+, aze asubize nya kintu yambuye, canke nya kintu canyazwe yatwaye ku bubeshi, canke nya kintu ajejwe bari bamujeje, canke nya kintu catakaye yatoye, 5 canke ikintu ico ari co cose yorahirako abesha, kandi aze agitangire inshumbusho+ ku rugero rwayo rwuzuye, kandi azoyongerako ica gatanu cayo. Azoyiha nyeneco ku musi bizokwemezwa ko yagirwa n’icaha. 6 Kandi bwa shikanwa ryiwe ry’ukwagirwa n’icaha, azozanira Yehova impfizi y’intama itagira agahonzi+ ivuye mu mukuku hisunzwe agaciro kagereranijwe, ibe ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, ihabwe umuherezi. 7 Umuherezi aze amutangire impongano+ imbere ya Yehova, abone kubabarirwa ku bijanye n’ico ari co cose mu bintu vyose yokora akagirwa n’icaha.”

8 Yehova abandanya kubarira Musa ati: 9 “Tegeka Aroni n’abahungu biwe uti: ‘Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa riturirwa+: Ishikanwa riturirwa rizoguma ku ziko ku gicaniro ijoro ryose gushika mu gitondo, kandi umuriro w’igicaniro uzoguma ucanywe muri nya ziko. 10 Umuherezi aze yambare umwambaro wiwe w’ibango w’ilino*+, yambare na rya butura ry’ilino+ ku mubiri wiwe. Maze aze akure ya minyota irimwo ibinure+ y’ishikanwa riturirwa, iryo umuriro wama uyigiza ku gicaniro, ayishire iruhande y’igicaniro. 11 Aheze yambure impuzu+ ziwe yambare izindi, asohore ya minyota irimwo ibinure ayijane ahantu hadahumanye, hanze y’ikambi+. 12 Kandi wa muriro uri ku gicaniro uzoguma waka kuri co. Ntuze uzime. Umuherezi aze acane inkwi+ kuri co buri gitondo, yongere atondeke hejuru yaco ishikanwa riturirwa, afumbishe umwotsi kuri co vya bipande binuze vy’ibimazi vy’ugusangira+. 13 Umuriro+ uzokwama waka ku gicaniro. Ntuze uzime.

14 “‘Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ry’intete+: Mwebwe bene Aroni, muze murishikirize imbere ya Yehova, imbere y’igicaniro. 15 Kandi umwe muri bo aze akamate n’urushi rwiwe nkeyi kw’ifu inoze y’ishikanwa ry’intete na makeyi ku mavuta yaryo n’imibavu ya olibani yose iri kuri nya shikanwa ry’intete, abifumbishe umwotsi ku gicaniro, bibe akamoto karuhura k’icibutsa+ caryo kuri Yehova. 16 Ibisigaye kuri ryo Aroni n’abahungu biwe bazobirya+. Bizoribwa ari udutsima tutagiramwo umwambiro+, babirire ahantu heranda. Bazobirira mu kigo c’ihema ry’ihuriro. 17 Ntibikwiye kwotsanywa n’ikintu na kimwe cambiwe+. Nabitanze ngo bibe umuturi wabo uvuye ku mashikanwa yanje ashikanishwa umuriro+. Ni ikintu ceranda rwose+, nka kurya kw’ishikanwa ry’igicumuro n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha. 18 Uw’igitsina-gabo wese+ muri bene Aroni azobirya. Ni ingaburo gushika igihe kitagira urugero+, mu mayaruka yanyu yose, ivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro. Ikintu cose kibikozeko kizocika ceranda.’”

19 Yehova abandanya kubarira Musa ati: 20 “Iri ni ryo shikanwa+ rya Aroni n’abahungu biwe, iryo bazoshikiriza Yehova ku musi azorobanuzwa amavuta+: ic’icumi c’ingero ya efa+ c’ifu inoze kizoba ishikanwa ry’intete+ nantaryo, inusu yaco mu gitondo, iyindi ku mugoroba. 21 Rizokoranwa amavuta kw’ikarayi+. Uzorizana rivanze neza. Uzoshikiriza ibicumbano vy’ishikanwa ry’intete mu bimanyu, bibe akamoto karuhura kuri Yehova. 22 Kandi umuherezi, uwarobanujwe amavuta mu kibanza ciwe wo mu bahungu biwe+, ni we azorikora. Ni ingingo nyobozi gushika igihe kitagira urugero: Rizofumbishirizwa umwotsi Yehova ari ishikanwa ritangwa uko ryakabaye+. 23 Kandi ishikanwa ryose ry’intete ry’umuherezi+ rikwiye kuba ari ishikanwa ritangwa uko ryakabaye. Ntirize riribwe.”

24 Yehova yongera kubarira Musa ati: 25 “Barira Aroni n’abahungu biwe uti: ‘Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ry’igicumuro+: Ha hantu+ ishikanwa riturirwa rikerererwa ubudasiba, ni ho ishikanwa ry’igicumuro rizokerererwa imbere ya Yehova. Ni ikintu ceranda rwose+. 26 Umuherezi arishikana ku bw’igicumuro azorirya+. Ahantu heranda+ ni ho rizoririrwa mu kigo+ c’ihema ry’ihuriro.

27 “‘Ikintu cose kizokora ku nyama zaryo, kizocika ceranda+, kandi igihe hagize uwucucagira impuzu makeyi ku maraso yaryo+, uzomesera ahantu heranda ico ayacucagiye+. 28 Kandi icombo c’ikibumbano+ ritetswemwo ni ukugisavya. Mugabo nimba ryatetswe mu combo c’umujumpu, kize gikokorwe congere cugunyuzwe n’amazi.

29 “‘Uw’igitsina-gabo wese mu baherezi azorirya+. Ni ikintu ceranda rwose+. 30 Ariko ishikanwa ry’igicumuro ryose rizoba ryakuweko makeyi ku maraso+ akazanwa mw’ihema ry’ihuriro ku bwo gutanga impongano ha hantu heranda, ntirize riribwe. Ni ukuriturira n’umuriro.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika