ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 11:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 impumyi ubu zirabona+, abacumbagira baratambuka, abanyamibembe+ barahumanurwa, abatumva barumva, abapfuye barazurwa kandi abakene barabwirwa inkuru nziza+.

  • Yohani 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Uwo mugabo rero aza kuraba Yezu mw’ijoro+, amubwira ati: «Rabi+, turazi ko uri umwigisha yavuye ku Mana, kuko ata muntu n’umwe yokora ibitangaro+ nk’ibi ukora Imana itari kumwe na we+.»

  • Yohani 7:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Mugabo benshi muri iryo sinzi baramwizeye+, bavuga bati: «Kristu niyashika, mwibaza ko azokora ibitangaro biruta ivyo uyu muntu yakoze?»

  • Yohani 10:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Yezu abishura ati: «Narababwiye mugabo ntimuvyemera. Ibikorwa nkora mw’izina rya Dawe ni vyo binshingira intahe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika