ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 42
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 42:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 52:13; Mt 12:18; Yoh 4:34; 6:38
  • +Yes 49:7; Yoh 16:32
  • +Zb 89:19; Lk 9:35; 1Pt 2:4
  • +Mt 3:17; Yoh 6:27; 2Pt 1:17
  • +Yes 61:1; Mt 3:16; Ivk 10:38
  • +Mt 12:18; Rm 15:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 80

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 22

Yesaya 42:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 9:9; Mt 12:16, 19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2021, rup. 4

    Yezu ni inzira, rup. 65, 80

Yesaya 42:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:11; Mt 11:28; Heb 2:17
  • +Zb 72:2; Yes 11:3; Mt 12:20; Yoh 5:30; Ivh 19:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2017, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2015, rup. 8

    15/1/2009, rup. 22-23

    1/10/2008, rup. 5

    15/6/2008, rup. 6

    Yezu ni inzira, rup. 80-81

Yesaya 42:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 9:7; 49:8
  • +It 12:3; 49:10; Zb 22:27; Mt 12:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 80-81

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 23

Yesaya 42:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:25; Yes 40:26
  • +Zb 104:2; Yes 40:22
  • +It 1:1; Zb 136:6
  • +Yr 10:12
  • +It 7:22
  • +It 2:7; Ivk 17:25
  • +Yb 12:10; Ums 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

Yesaya 42:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:6; Yes 32:1
  • +Yes 41:13
  • +Yes 49:8; Mt 26:28; Heb 8:6
  • +Yes 49:6; Lk 2:32; Yoh 8:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 21-23

    1/6/2005, rup. 9

Yesaya 42:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:5
  • +Yes 61:1
  • +Heb 2:15; 1Pt 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 23-24

Yesaya 42:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 83:18
  • +Yes 48:11
  • +Kv 15:11; Yes 12:4
  • +Kv 32:8; 34:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 9

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2014, rup. 4

    1/7/2010, rup. 3

Yesaya 42:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:2; 15:14; Yos 21:45; 1Bm 8:15
  • +Yes 41:23; 43:19; Am 3:7; 2Pt 1:21

Yesaya 42:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:1; 98:1; Ivh 14:3
  • +Yes 44:23; Hab 3:3
  • +Zb 107:23
  • +Zb 97:1; Yes 51:5

Yesaya 42:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 32:16; 35:1
  • +It 25:13; Zb 120:5; Yes 60:7
  • +Yr 48:28; 49:16

Yesaya 42:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:27; Yes 24:15; Rm 15:9
  • +Yes 66:19

Yesaya 42:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:66; Yes 59:17; Yr 25:30
  • +Kv 15:3; Nah 1:2
  • +Hs 11:10; Yw 3:16
  • +Gus 32:39; 1Sm 2:10

Yesaya 42:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 44:22
  • +Zb 50:3; 83:1
  • +2Pt 3:9
  • +It 3:16

Yesaya 42:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:7; Yr 4:24; Zf 1:15
  • +Zb 107:33; Yes 37:25; 44:27; 50:2

Yesaya 42:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:18; 35:5; Yr 31:8
  • +Yes 30:21
  • +Yes 60:1, 20
  • +Yes 40:4; Lk 3:5
  • +Zb 94:14; Heb 13:5

Yesaya 42:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:7; Yes 1:29; 44:11; 45:16; Yr 2:26
  • +Kv 32:4; Yes 44:17

Yesaya 42:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:10; 29:18; 43:8

Yesaya 42:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:9; 56:10; 61:1; Yr 4:22; Ezk 12:2; Lk 4:18; 2Kr 4:4

Yesaya 42:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:9; 29:4; Zb 106:7
  • +Ezk 33:31

Yesaya 42:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:16; Rm 3:25
  • +Zb 19:7; Heb 8:10

Yesaya 42:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:33; Yes 1:7; Yr 50:17
  • +Zb 102:20
  • +Gus 28:29, 52; Yes 51:23

Yesaya 42:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:16; Gus 4:30; 32:29

Yesaya 42:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:14; 2Ng 15:6; Zb 106:41

Yesaya 42:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:22; Nah 1:6
  • +2Bm 10:32; 25:9
  • +Yes 9:13; Yr 5:3; Hs 7:9
  • +Yes 57:11; Mal 2:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 42:1Yes 52:13; Mt 12:18; Yoh 4:34; 6:38
Yes. 42:1Yes 49:7; Yoh 16:32
Yes. 42:1Zb 89:19; Lk 9:35; 1Pt 2:4
Yes. 42:1Mt 3:17; Yoh 6:27; 2Pt 1:17
Yes. 42:1Yes 61:1; Mt 3:16; Ivk 10:38
Yes. 42:1Mt 12:18; Rm 15:9
Yes. 42:2Zk 9:9; Mt 12:16, 19
Yes. 42:3Yes 40:11; Mt 11:28; Heb 2:17
Yes. 42:3Zb 72:2; Yes 11:3; Mt 12:20; Yoh 5:30; Ivh 19:11
Yes. 42:4Yes 9:7; 49:8
Yes. 42:4It 12:3; 49:10; Zb 22:27; Mt 12:21
Yes. 42:5Zb 102:25; Yes 40:26
Yes. 42:5Zb 104:2; Yes 40:22
Yes. 42:5It 1:1; Zb 136:6
Yes. 42:5Yr 10:12
Yes. 42:5It 7:22
Yes. 42:5It 2:7; Ivk 17:25
Yes. 42:5Yb 12:10; Ums 12:7
Yes. 42:6Zb 45:6; Yes 32:1
Yes. 42:6Yes 41:13
Yes. 42:6Yes 49:8; Mt 26:28; Heb 8:6
Yes. 42:6Yes 49:6; Lk 2:32; Yoh 8:12
Yes. 42:7Yes 35:5
Yes. 42:7Yes 61:1
Yes. 42:7Heb 2:15; 1Pt 2:9
Yes. 42:8Zb 83:18
Yes. 42:8Yes 48:11
Yes. 42:8Kv 15:11; Yes 12:4
Yes. 42:8Kv 32:8; 34:14
Yes. 42:9It 12:2; 15:14; Yos 21:45; 1Bm 8:15
Yes. 42:9Yes 41:23; 43:19; Am 3:7; 2Pt 1:21
Yes. 42:10Zb 96:1; 98:1; Ivh 14:3
Yes. 42:10Yes 44:23; Hab 3:3
Yes. 42:10Zb 107:23
Yes. 42:10Zb 97:1; Yes 51:5
Yes. 42:11Yes 32:16; 35:1
Yes. 42:11It 25:13; Zb 120:5; Yes 60:7
Yes. 42:11Yr 48:28; 49:16
Yes. 42:12Zb 22:27; Yes 24:15; Rm 15:9
Yes. 42:12Yes 66:19
Yes. 42:13Zb 78:66; Yes 59:17; Yr 25:30
Yes. 42:13Kv 15:3; Nah 1:2
Yes. 42:13Hs 11:10; Yw 3:16
Yes. 42:13Gus 32:39; 1Sm 2:10
Yes. 42:14Yr 44:22
Yes. 42:14Zb 50:3; 83:1
Yes. 42:142Pt 3:9
Yes. 42:14It 3:16
Yes. 42:15Zb 18:7; Yr 4:24; Zf 1:15
Yes. 42:15Zb 107:33; Yes 37:25; 44:27; 50:2
Yes. 42:16Yes 29:18; 35:5; Yr 31:8
Yes. 42:16Yes 30:21
Yes. 42:16Yes 60:1, 20
Yes. 42:16Yes 40:4; Lk 3:5
Yes. 42:16Zb 94:14; Heb 13:5
Yes. 42:17Zb 97:7; Yes 1:29; 44:11; 45:16; Yr 2:26
Yes. 42:17Kv 32:4; Yes 44:17
Yes. 42:18Yes 6:10; 29:18; 43:8
Yes. 42:19Yes 6:9; 56:10; 61:1; Yr 4:22; Ezk 12:2; Lk 4:18; 2Kr 4:4
Yes. 42:20Gus 4:9; 29:4; Zb 106:7
Yes. 42:20Ezk 33:31
Yes. 42:21Zb 71:16; Rm 3:25
Yes. 42:21Zb 19:7; Heb 8:10
Yes. 42:22Gus 28:33; Yes 1:7; Yr 50:17
Yes. 42:22Zb 102:20
Yes. 42:22Gus 28:29, 52; Yes 51:23
Yes. 42:23Lw 26:16; Gus 4:30; 32:29
Yes. 42:24Abc 2:14; 2Ng 15:6; Zb 106:41
Yes. 42:25Gus 32:22; Nah 1:6
Yes. 42:252Bm 10:32; 25:9
Yes. 42:25Yes 9:13; Yr 5:3; Hs 7:9
Yes. 42:25Yes 57:11; Mal 2:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 42:1-25

Yesaya

42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+. 2 Ntazosemerera canke ngo aduze ijwi, kandi ntazokwumvikanisha ijwi ryiwe mw’ibarabara+. 3 Ntazovuna irenga rijanjaguritse+; nayo urutambi ruriko rurayama, ntazoruzimya. Azozana ubutungane mu kuri+. 4 Ntazoyama canke ngo ajanjagurwe gushika ashizeho ubutungane mw’isi+; kandi amazinga azoguma arindiriye itegeko ryiwe+.

5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+: 6 “Jewe Yehova, naguhamagaye mu bugororotsi+, ndagufata ukuboko+. Nzokuzigama, ndagutange nk’isezerano ry’abantu+, nk’umuco w’amahanga+, 7 kugira ngo uhumure amaso ahumye+, usohore mu gasho imbohe+, usohore mu nzu y’ibohero abicaye mu mwiza+.

8 “Ndi Yehova. Iryo ni ryo zina ryanje+; kandi nta wundi n’umwe nzoha ubuninahazwa bwanje+, eka sinzoha ishemezo ryanje+ ibishusho bibajwe+.

9 “Ivya mbere—ng’ivyo vyaje+, mugabo ndiko menyesha ibishasha. Imbere y’uko biseruka, ndabibumvisha+.”

10 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+, ishemezo ryiwe kuva ku mpera y’isi+, mwebwe abamanuka ku kiyaga+ no ku bicuzuye, mwebwe mazinga namwe abayabamwo+! 11 Agahinga+ be n’ibisagara vyako nibiduze ijwi, imihana irundanye Kedari abamwo+. Ababa ku rutare+ nibihe akamo k’umunezero. Abantu nibakome akaruru bari kw’isonga ry’imisozi. 12 Nimuhe Yehova ubuninahazwa+, kandi mu mazinga bamenyeshe ishemezo ryiwe+.

13 Yehova azosohoka nk’umunyenkomezi+. Azokangura umwete wiwe nk’umurwanyi+. Azovuza akaruru, egome, azorekura akaruru k’intambara+; ku bansi biwe, azokwerekana ko ari we munyenkomezi+.

14 “Natekereje igihe kirekire+. Nagumye ncereje+. Nagumye nigumije+. Kurya kw’umugore ariko yibaruka, ngiye kunihagira, guhezagirika, guhema vyanka, vyose icarimwe+. 15 Nzotikiza+ imisozi n’imirambi, ibimera vyo kuri yo na vyo ndavyumishe. Inzuzi nzozihindura amazinga, ibidengeri vyuzuyeko amarenga na vyo ndavyumishe+. 16 Abantu b’impumyi nzotuma bagendera mu nzira batamenye+; nzotuma bahonyora mw’ibarabara batamenye+. Ahantu h’umwiza nzohahindura umuco imbere yabo+, ikibanza kitaringaniye ndagihindure intara ishashe+. Ivyo ni vyo nzobakorera, kandi sinzobaheba+.”

17 Bazobwirizwa guhindukira, bazomaramara rwose, barya bashira ivyizigiro vyabo mu gishusho c’ikibazano+, barya babwira igishusho c’icuma gishongeshejwe ngo: “Ni mwe mana zacu+.”

18 Nimwumve, yemwe bipfamatwi; nimwitegereze mubone, yemwe mpumyi+. 19 Ni nde ari impumyi atari umusavyi wanje, kandi ni nde ari igipfamatwi nk’intumwa yanje ntuma? Ni nde ari impumyi nk’uwahawe impêra, canke ari impumyi nk’umusavyi wa Yehova+? 20 Kwari ukubona ibintu vyinshi, mugabo ntiwagumye witegereza+. Kwari ukwugurura amatwi, mugabo ntiwagumye wumviriza+. 21 Yehova ubwiwe, ku bw’ubugororotsi bwiwe+, yahimbawe n’uko yokuza itegeko+ akarigira agakomeye. 22 Mugabo ni igisata casahuwe congera kiramburwa+, bose bagafatwa n’umutego mu binogo, kandi bagumye banyegejwe mu mazu y’ibohero+. Babaye abo gusahurwa ata murokozi+, abo kwamburwa ata wuri buvuge ngo: “Garukana!”

23 Ni nde muri mwebwe azoha ugutwi ibi? Ni nde azotega ugutwi akumviriza ku bw’ibihe vyo hanyuma+? 24 Ni nde yatanze Yakobo ngo yamburwe, agatanga Isirayeli ku basahuzi? Mbega si Yehova, Umwe twacumurako, uwo banse kugendera mu nzira ziwe kandi ntibumvirize itegeko ryiwe+? 25 Ku bw’ico yagumye amusukako ubushangashirwe, ishavu ryiwe, n’inkomezi z’intambara+. Kandi vyagumye bimuyigiza irya n’ino+, mugabo ntiyagize ico yitaho+; kandi vyagumye bimururumbira, mugabo nta na kimwe yashira ku mutima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika