ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 32:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:26; 30:19

Gusubira mu vyagezwe 32:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 29:22; Yes 55:10
  • +Img 19:12; Hs 14:5
  • +Zb 72:6
  • +Mik 5:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2020, rup. 10

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2016, rup. 3-4

Gusubira mu vyagezwe 32:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:5; Zb 105:1; Yoh 17:26
  • +1Ng 29:11; Zb 145:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2020, rup. 10-11

Gusubira mu vyagezwe 32:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:31; Zb 18:2; 19:7; Yak 1:17
  • +Zb 33:5; 67:4; Dn 4:37
  • +Gus 7:9; Neh 9:33; Zb 98:3; Heb 10:23; 1Pt 4:19
  • +Gus 25:16; Yb 34:10; Rm 3:5
  • +It 18:25; Zb 92:15; 99:4; Hs 14:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 112

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2009, rup. 14

    15/9/2004, rup. 27

Gusubira mu vyagezwe 32:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:27; Abc 2:19; Zb 14:1
  • +Yes 1:4; Yr 15:6; Yak 1:14
  • +Zb 78:8; Lk 9:41; Fp 2:15

Gusubira mu vyagezwe 32:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:2
  • +Yr 4:22
  • +Kv 4:22; Gus 32:18; 2Sm 7:23; Yes 63:16
  • +Zb 55:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2008, rup. 5

Gusubira mu vyagezwe 32:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 63:11
  • +Kv 13:14; Zb 44:1
  • +Zb 78:3

Gusubira mu vyagezwe 32:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:5; Zb 115:16
  • +It 11:9
  • +Gus 2:5, 19; Ivk 17:26
  • +It 15:18; Kv 23:31; Zb 105:44

Gusubira mu vyagezwe 32:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:16; 19:5; Gus 7:6; 26:19
  • +1Sm 10:1; Zb 74:2; 78:71

Gusubira mu vyagezwe 32:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:15; Hs 13:5
  • +Zb 107:4; Yr 2:6
  • +Neh 9:19
  • +Neh 9:20; Zb 8:4
  • +Zb 17:8; Zk 2:8

Gusubira mu vyagezwe 32:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 31:5
  • +Kv 19:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2001, rup. 20

Gusubira mu vyagezwe 32:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:31
  • +Yes 43:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2001, rup. 20

Gusubira mu vyagezwe 32:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:29; Yes 58:14
  • +Gus 8:8
  • +Zb 81:16
  • +Yb 29:6

Gusubira mu vyagezwe 32:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:8
  • +Ezk 39:18
  • +Zb 147:14
  • +It 49:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2015, rup. 15

    15/9/2004, rup. 27

Gusubira mu vyagezwe 32:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Bisobanura ngo “Umugororotsi;” ni izina ry’icubahiro rya Isirayeli.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:5; Yes 44:2
  • +Hs 4:16
  • +Gus 31:20; Neh 9:25; Zb 73:7
  • +Yes 1:4; 51:13; Hs 13:6
  • +2Sm 22:47; Zb 89:26; 95:1

Gusubira mu vyagezwe 32:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 14:22; 1Kr 10:22
  • +Abc 2:12
  • +2Bm 23:13; Ezk 8:17

Gusubira mu vyagezwe 32:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 17:7; Zb 106:37; 1Kr 10:20
  • +Gus 28:64
  • +Abc 5:8

Gusubira mu vyagezwe 32:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:21; Yes 17:10; Yr 2:32; 3:21
  • +Gus 4:34

Gusubira mu vyagezwe 32:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:14; Zb 78:59; 106:40

Gusubira mu vyagezwe 32:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:17; Yb 34:29; Zb 30:7
  • +Gus 32:5; Yes 65:2; Mt 17:17
  • +Yes 1:2; 30:9

Gusubira mu vyagezwe 32:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:5; Yes 44:10; 1Kr 8:4; 10:20
  • +1Sm 12:10, 21; 1Bm 16:13; Ivk 14:15
  • +Hs 1:10; 2:23; Rm 9:25; 11:11; 1Pt 2:10
  • +Rm 10:19

Gusubira mu vyagezwe 32:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo ni “Sheoli” (she’ohlʹ). Raba Inyongera ya 7.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 21:9; Yr 15:14; Int 4:11
  • +Am 9:2
  • +Zf 3:8
  • +Hab 3:10

Gusubira mu vyagezwe 32:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:24; Gus 28:15
  • +Zb 7:13; Ezk 5:16

Gusubira mu vyagezwe 32:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:53
  • +Gus 28:22
  • +Gus 28:21; Am 4:10
  • +Lw 26:22; Yr 15:3; Ezk 5:17
  • +Gh 21:6; Yr 8:17; Am 9:3

Gusubira mu vyagezwe 32:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:16; Int 1:20
  • +Yr 9:21; Ezk 7:15
  • +2Ng 36:17
  • +Int 2:21

Gusubira mu vyagezwe 32:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “abantu bapfa.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Gus 28:25; Ezk 20:23; Lk 21:24
  • +Gus 9:14

Gusubira mu vyagezwe 32:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 12:22; Ezk 20:14
  • +Kv 32:12; Gh 14:16
  • +Zb 115:2; 140:8
  • +Yes 37:24

Gusubira mu vyagezwe 32:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:13; 107:11; Lk 7:30
  • +Yes 6:10; 27:11; Mt 13:15

Gusubira mu vyagezwe 32:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 81:13; Img 1:5; 27:11
  • +Zb 107:43; Hs 14:9; 1Tm 4:15
  • +Yr 2:19; Int 1:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 35

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2008, rup. 8-11

Gusubira mu vyagezwe 32:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 24:24; Yes 30:17
  • +Abc 2:14; 1Sm 12:9; Zb 44:12; Yes 50:1

Gusubira mu vyagezwe 32:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:25; 1Sm 2:2
  • +1Sm 4:8; Ezr 1:3; Dn 2:47

Gusubira mu vyagezwe 32:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:10; Yud 7
  • +Yes 5:4; Yr 2:21

Gusubira mu vyagezwe 32:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 58:4; 140:3

Gusubira mu vyagezwe 32:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 13:12; Rm 2:5

Gusubira mu vyagezwe 32:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:1; Nah 1:2; Rm 12:19; Heb 10:30
  • +Zb 9:15; 73:18; Yes 8:15
  • +Yr 10:15; Lk 19:44
  • +Yes 30:13; Hab 2:3; 2Pt 2:3

Gusubira mu vyagezwe 32:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:8; 96:13; Heb 10:30
  • +Abc 2:18; Zb 90:13; 106:45; 135:14

Gusubira mu vyagezwe 32:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 10:14; Yr 2:28
  • +Gus 32:31

Gusubira mu vyagezwe 32:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 16:19; 1Kr 10:20
  • +Hs 2:8; 1Kr 10:21
  • +Abc 10:14
  • +Am 9:2

Gusubira mu vyagezwe 32:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:4; 48:12
  • +Gus 4:35; Yes 45:5
  • +1Sm 2:6; 2Bm 5:7; Zb 68:20
  • +Gh 12:13; 2Ng 21:18
  • +Yr 17:14; Hs 6:1
  • +Yes 43:13

Gusubira mu vyagezwe 32:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:8; Yes 45:23; Heb 6:13
  • +Zb 90:2; 1Tm 1:17; Ivh 10:6

Gusubira mu vyagezwe 32:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:12; Ezk 21:10
  • +Yes 66:16; Nah 1:3
  • +Gus 32:35; Yes 1:24; 59:18; 66:6; Nah 1:2
  • +Kv 20:5

Gusubira mu vyagezwe 32:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:23
  • +Yes 34:6; Ezk 38:21
  • +Yos 10:17, 26; 1Sm 15:33

Gusubira mu vyagezwe 32:43

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:3; 1Bm 8:43; Rm 3:29; 15:10
  • +2Bm 9:7; Ivh 6:10
  • +Gus 32:41; Mik 5:15; Lk 21:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/1998, rup. 22, 26-27

Gusubira mu vyagezwe 32:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:22; Ivh 15:3
  • +Gh 11:28; Gus 31:23

Gusubira mu vyagezwe 32:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:6; 11:18
  • +Gus 6:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2001, rup. 13

Gusubira mu vyagezwe 32:47

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “muzoshobora kurehura imisi yanyu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 3:16; Heb 4:12
  • +Lw 18:5; Gus 30:19; Rm 10:5
  • +Img 3:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2008, rup. 5-6

Gusubira mu vyagezwe 32:49

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 27:12
  • +Gus 34:1
  • +It 10:19; 15:18; Yos 1:3

Gusubira mu vyagezwe 32:50

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 34:5
  • +Gh 20:28; 33:38

Gusubira mu vyagezwe 32:51

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:12; 27:14
  • +Gh 20:13
  • +Lw 10:3; 22:32; Yes 8:13; Mt 6:9

Gusubira mu vyagezwe 32:52

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 27:13; Gus 3:27; 34:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 32:1Gus 4:26; 30:19
Gus. 32:2Yb 29:22; Yes 55:10
Gus. 32:2Img 19:12; Hs 14:5
Gus. 32:2Zb 72:6
Gus. 32:2Mik 5:7
Gus. 32:3Kv 34:5; Zb 105:1; Yoh 17:26
Gus. 32:31Ng 29:11; Zb 145:3
Gus. 32:42Sm 22:31; Zb 18:2; 19:7; Yak 1:17
Gus. 32:4Zb 33:5; 67:4; Dn 4:37
Gus. 32:4Gus 7:9; Neh 9:33; Zb 98:3; Heb 10:23; 1Pt 4:19
Gus. 32:4Gus 25:16; Yb 34:10; Rm 3:5
Gus. 32:4It 18:25; Zb 92:15; 99:4; Hs 14:9
Gus. 32:5Gus 31:27; Abc 2:19; Zb 14:1
Gus. 32:5Yes 1:4; Yr 15:6; Yak 1:14
Gus. 32:5Zb 78:8; Lk 9:41; Fp 2:15
Gus. 32:6Yes 1:2
Gus. 32:6Yr 4:22
Gus. 32:6Kv 4:22; Gus 32:18; 2Sm 7:23; Yes 63:16
Gus. 32:6Zb 55:22
Gus. 32:7Yes 63:11
Gus. 32:7Kv 13:14; Zb 44:1
Gus. 32:7Zb 78:3
Gus. 32:8It 10:5; Zb 115:16
Gus. 32:8It 11:9
Gus. 32:8Gus 2:5, 19; Ivk 17:26
Gus. 32:8It 15:18; Kv 23:31; Zb 105:44
Gus. 32:9Kv 15:16; 19:5; Gus 7:6; 26:19
Gus. 32:91Sm 10:1; Zb 74:2; 78:71
Gus. 32:10Gus 8:15; Hs 13:5
Gus. 32:10Zb 107:4; Yr 2:6
Gus. 32:10Neh 9:19
Gus. 32:10Neh 9:20; Zb 8:4
Gus. 32:10Zb 17:8; Zk 2:8
Gus. 32:11Yes 31:5
Gus. 32:11Kv 19:4
Gus. 32:12Gus 1:31
Gus. 32:12Yes 43:12
Gus. 32:13Gus 33:29; Yes 58:14
Gus. 32:13Gus 8:8
Gus. 32:13Zb 81:16
Gus. 32:13Yb 29:6
Gus. 32:14It 18:8
Gus. 32:14Ezk 39:18
Gus. 32:14Zb 147:14
Gus. 32:14It 49:11
Gus. 32:15Gus 33:5; Yes 44:2
Gus. 32:15Hs 4:16
Gus. 32:15Gus 31:20; Neh 9:25; Zb 73:7
Gus. 32:15Yes 1:4; 51:13; Hs 13:6
Gus. 32:152Sm 22:47; Zb 89:26; 95:1
Gus. 32:161Bm 14:22; 1Kr 10:22
Gus. 32:16Abc 2:12
Gus. 32:162Bm 23:13; Ezk 8:17
Gus. 32:17Lw 17:7; Zb 106:37; 1Kr 10:20
Gus. 32:17Gus 28:64
Gus. 32:17Abc 5:8
Gus. 32:18Zb 106:21; Yes 17:10; Yr 2:32; 3:21
Gus. 32:18Gus 4:34
Gus. 32:19Abc 2:14; Zb 78:59; 106:40
Gus. 32:20Gus 31:17; Yb 34:29; Zb 30:7
Gus. 32:20Gus 32:5; Yes 65:2; Mt 17:17
Gus. 32:20Yes 1:2; 30:9
Gus. 32:21Zb 96:5; Yes 44:10; 1Kr 8:4; 10:20
Gus. 32:211Sm 12:10, 21; 1Bm 16:13; Ivk 14:15
Gus. 32:21Hs 1:10; 2:23; Rm 9:25; 11:11; 1Pt 2:10
Gus. 32:21Rm 10:19
Gus. 32:22Zb 21:9; Yr 15:14; Int 4:11
Gus. 32:22Am 9:2
Gus. 32:22Zf 3:8
Gus. 32:22Hab 3:10
Gus. 32:23Lw 26:24; Gus 28:15
Gus. 32:23Zb 7:13; Ezk 5:16
Gus. 32:24Gus 28:53
Gus. 32:24Gus 28:22
Gus. 32:24Gus 28:21; Am 4:10
Gus. 32:24Lw 26:22; Yr 15:3; Ezk 5:17
Gus. 32:24Gh 21:6; Yr 8:17; Am 9:3
Gus. 32:25Yr 9:16; Int 1:20
Gus. 32:25Yr 9:21; Ezk 7:15
Gus. 32:252Ng 36:17
Gus. 32:25Int 2:21
Gus. 32:26Lw 26:33; Gus 28:25; Ezk 20:23; Lk 21:24
Gus. 32:26Gus 9:14
Gus. 32:271Sm 12:22; Ezk 20:14
Gus. 32:27Kv 32:12; Gh 14:16
Gus. 32:27Zb 115:2; 140:8
Gus. 32:27Yes 37:24
Gus. 32:28Zb 106:13; 107:11; Lk 7:30
Gus. 32:28Yes 6:10; 27:11; Mt 13:15
Gus. 32:29Zb 81:13; Img 1:5; 27:11
Gus. 32:29Zb 107:43; Hs 14:9; 1Tm 4:15
Gus. 32:29Yr 2:19; Int 1:9
Gus. 32:302Ng 24:24; Yes 30:17
Gus. 32:30Abc 2:14; 1Sm 12:9; Zb 44:12; Yes 50:1
Gus. 32:31Kv 14:25; 1Sm 2:2
Gus. 32:311Sm 4:8; Ezr 1:3; Dn 2:47
Gus. 32:32Yes 1:10; Yud 7
Gus. 32:32Yes 5:4; Yr 2:21
Gus. 32:33Zb 58:4; 140:3
Gus. 32:34Hs 13:12; Rm 2:5
Gus. 32:35Zb 94:1; Nah 1:2; Rm 12:19; Heb 10:30
Gus. 32:35Zb 9:15; 73:18; Yes 8:15
Gus. 32:35Yr 10:15; Lk 19:44
Gus. 32:35Yes 30:13; Hab 2:3; 2Pt 2:3
Gus. 32:36Zb 7:8; 96:13; Heb 10:30
Gus. 32:36Abc 2:18; Zb 90:13; 106:45; 135:14
Gus. 32:37Abc 10:14; Yr 2:28
Gus. 32:37Gus 32:31
Gus. 32:38Ezk 16:19; 1Kr 10:20
Gus. 32:38Hs 2:8; 1Kr 10:21
Gus. 32:38Abc 10:14
Gus. 32:38Am 9:2
Gus. 32:39Yes 41:4; 48:12
Gus. 32:39Gus 4:35; Yes 45:5
Gus. 32:391Sm 2:6; 2Bm 5:7; Zb 68:20
Gus. 32:39Gh 12:13; 2Ng 21:18
Gus. 32:39Yr 17:14; Hs 6:1
Gus. 32:39Yes 43:13
Gus. 32:40Kv 6:8; Yes 45:23; Heb 6:13
Gus. 32:40Zb 90:2; 1Tm 1:17; Ivh 10:6
Gus. 32:41Zb 7:12; Ezk 21:10
Gus. 32:41Yes 66:16; Nah 1:3
Gus. 32:41Gus 32:35; Yes 1:24; 59:18; 66:6; Nah 1:2
Gus. 32:41Kv 20:5
Gus. 32:42Gus 32:23
Gus. 32:42Yes 34:6; Ezk 38:21
Gus. 32:42Yos 10:17, 26; 1Sm 15:33
Gus. 32:43It 12:3; 1Bm 8:43; Rm 3:29; 15:10
Gus. 32:432Bm 9:7; Ivh 6:10
Gus. 32:43Gus 32:41; Mik 5:15; Lk 21:22
Gus. 32:44Gus 31:22; Ivh 15:3
Gus. 32:44Gh 11:28; Gus 31:23
Gus. 32:46Gus 6:6; 11:18
Gus. 32:46Gus 6:7
Gus. 32:472Tm 3:16; Heb 4:12
Gus. 32:47Lw 18:5; Gus 30:19; Rm 10:5
Gus. 32:47Img 3:2
Gus. 32:49Gh 27:12
Gus. 32:49Gus 34:1
Gus. 32:49It 10:19; 15:18; Yos 1:3
Gus. 32:50Gus 34:5
Gus. 32:50Gh 20:28; 33:38
Gus. 32:51Gh 20:12; 27:14
Gus. 32:51Gh 20:13
Gus. 32:51Lw 10:3; 22:32; Yes 8:13; Mt 6:9
Gus. 32:52Gh 27:13; Gus 3:27; 34:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
  • 51
  • 52
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 32:1-52

Gusubira mu vyagezwe

32 “Tega ugutwi, mwa majuru mwe, mvuge;

Kandi isi niyumve amajambo y’akanwa kanje+.

 2 Inyigisho yanje izotonyanga nk’imvura+,

Ijambo ryanje riratemba nk’ikime+

Nk’akanyanyaga ku bwatsi+

Nk’imicuncubuko y’imvura ku vyatsi+.

 3 Kuko ngira menyeshe izina rya Yehova+.

Nimwemere ko ubukuru ari ubw’Imana yacu+!

 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,

Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.

Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;

Ni we agororotse kandi atunganye+.

 5 Ubwabo bikwegeye guhona+;

Si abana bayo, ikosa ni rwabo+.

Ni iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+!

 6 Yehova ni we mubandanya kugira mutyo+

Ga mwa bantu b’ibijuju mutari inkerebutsi+?

Mbega si we So yakuvyaye+,

Uwakuremye akaguha kudahungabana+?

 7 Ibuka imisi ya kera+,

Rimbura imyaka yo hambere uva kw’iyaruka uja ku rindi;

Baza so, arakwiganira+;

Abatama bawe, barabikubwira+.

 8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,

Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,

Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+

Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+.

 9 Kuko umuturi wa Yehova ari abantu biwe+;

Yakobo ni we mugabane atorana+.

10 Yamusanze mu gihugu c’agahinga+,

Mu bugaragwa bw’urwanaga, bugaragara+.

Atangura kumukikuza+, kumwitwararika+,

Kumuzigama nk’imbone y’ijisho ryiwe+.

11 Nk’uko inkona ikomanga icari cayo,

Ikārāra hejuru y’ivyana vyayo+,

Igasanza amababa yayo, ikabitora,

Ikabitwara ku vyubi vyayo+,

12 Yehova wenyene ni we yaguma amuyobora+,

Kandi nta mana y’inyamahanga yari kumwe na we+.

13 Yagumye amugendesha ku bibanza bikirurutse* vy’isi+,

Ku buryo yariye ivyamye mw’itongo+.

Kandi yaguma atuma anunuza ubuki buva mu rutare+,

N’amavuta ava mu gitandara c’isare+;

14 Amasoro y’ubusho n’amata y’umukuku+

Kumwe n’ikinure c’impfizi z’intama,

N’amasuguru y’intama, ubwoko bw’i Bashani, n’amasuguru y’impene+

Kumwe n’ikinure co kw’ifyigo c’ingano+;

Amaraso y’inzabibu ni wo muvinyu wanywa+.

15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.

Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.

Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+

Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe.

16 Batangura kuyiteresha ishari+ imana z’ahandi+;

Baguma bayibabarisha ibintu biteye ishishi+.

17 Bashikanira ibimazi amadayimoni*, ntibabishikanira Imana+,

Babishikanira imana batari baramenye+,

Imana nshasha zije vuba+,

Izo ba sogokuruza banyu batari bazi.

18 Ca Gitandara cakuvyara waracibagiye+,

Utangura gufuta Imana mu bwenge, imwe yakwibaruka mu bise+.

19 Aho Yehova abiboneye, yaciye abagaya+,

Kubera umwikomo abahungu biwe n’abakobwa biwe bamuteye.

20 Ni kwo kuvuga ati: ‘Reka ndabahishe mu maso hanje+,

Ndabe iherezo ryabo ryo hanyuma iryo ari ryo.

Kuko ari iyaruka ry’ubugorame+,

Abana batagira ubwizigirwa+.

21 Bobo banteje ishari imana y’imburakimazi+;

Banteje akababaro ibigirwamana vyabo bitagira mvura+;

Nanje nzobateza ishari abantu b’imburakimazi+;

Nzobababaza nkoresheje ihanga ry’imburabwenge+.

22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+

Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,

Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+

Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+.

23 Nzokwongereza ivyago kuri bo+;

Imyampi yanje nzoyimarira kuri bo+.

24 Bazoruhishwa n’inzara+, bamarwe n’inyonko iturira+

N’agatikizo kabishe+.

Kandi nzorungika kuri bo amenyo y’ibikoko+,

N’ubwayi bw’ibinyogomba vyo mu mukungugu+.

25 Hanze inkota izobahekura+,

Mu nzu na ho ugucika ivutu+,

Ku musore no ku mwigeme w’isugi+,

Ku wonka no ku mugabo w’imvi+.

26 Mba naravuze nti: “Nzobashwiragiza+,

Nzotuma bataba bakivugwa mu bantu buntu*+,”

27 Iyo ntatinya umwikomo noterwa n’umwansi+,

Ngo abarwanizi babo bahave babitahura ukutari kwo+,

Ngo bavuge ngo: “Ukuboko kwacu ni kwo kwatsinze+,

Kandi si Yehova yakoze ivyo vyose+.”

28 Kuko ari ihanga impanuro ipfana+,

Akaba ata gutegera kuri muri bo+.

29 Ese iyo baba inkerebutsi+! Bari kubizirikana+.

Bari kurimbura iherezo ryabo ryo hanyuma+.

30 Mbega umwe yokinagiza gute igihumbi,

Babiri na bo bakomora ibihumbi cumi+,

Gitandara cabo atabagurishije+,

Yehova atabatanze?

31 Kuko igitandara cabo kitameze nk’Igitandara cacu+,

Mbere n’abansi bacu bakaba boruca+.

32 Kuko umuzabibu wabo uva ku muzabibu w’i Sodomu

No ku mikobeko y’i Gomora+.

Inzabibu zabo ni inzabibu z’ubumara,

Imisoko yabo irarura+.

33 Umuvinyu wabo ni ubwayi bw’ibiyoka bininibinini

Ukaba n’ubumara bwica nabi bw’imvuvyi+.

34 Ivyo none ntibibitse iruhande yanje,

Bikaba biriko ikidodo mu kigega canje+?

35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.

Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,

Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+

Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’

36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+

Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,

Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganye

Hakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze.

37 Kandi ntazobura kuvuga ati: ‘Za mana zabo ziri hehe+,

Ca gitandara barondeyemwo ubuhungiro+,

38 Zimwe zahora zirya ikinure c’ibimazi vyabo+,

Zikanywa umuvinyu w’amashikanwa yabo y’ibinyobwa+?

Nizihaguruke rero zibatabare+.

Nizibabere ubwihisho+.

39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+

Kandi nta zindi mana turi kumwe+.

Ndica, nkabeshaho+.

Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,

Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+.

40 Kuko ntarika ukuboko kwanje mw’ijuru ndahira+,

Nkavuga koko nti: “Ndahiye ukubaho kwanje kw’ibihe bidahera+,”

41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,

Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,

Nzokwihora abarwanizi banje+

Mpembe abanyanka bimwe bikaze+.

42 Nzoboreza imyampi yanje amaraso+,

Inkota yanje na yo irye inyama+,

Iborerwe amaraso y’abagandaguwe n’ay’imbohe,

Iborerwe imitwe y’indongozi z’umwansi+.’

43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,

Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,

Kandi azokwihora abarwanizi biwe+

Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.”

44 Nuko Musa araza, avuga amajambo yose y’urwo ruririmbo abantu bumva+, we na Hosheya mwene Nuni+. 45 Musa arangije kubwira Isirayeli ayo majambo yose, 46 abandanya kubabwira ati: “Mushire imitima yanyu ku majambo yose ndababwiye ndababurira uno musi+, kugira mutegeke abana banyu kwitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko+. 47 Kuko atari ijambo ata co rimaze kuri mwebwe+; ahubwo ni ryo buzima bwanyu+, kandi biciye kuri ryo muzoshobora kurambira* ku butaka mugiye kujabuka Yorodani ngo mubwigarurire+.”

48 Yehova abwira Musa kuri uyo musi nyene ati: 49 “Duga kuri uyu musozi wa Abarimu+, umusozi Nebo+, uwuri mu gihugu ca Mowabu, urabana n’i Yeriko, urabe igihugu ca Kanani, ico ngiye guha bene Isirayeli ngo kibabere itongo bigabira+. 50 Uheze upfire kuri uyo musozi uduzeko, uhamvye abantu b’iwanyu+, nk’uko Aroni mwene wanyu yapfiriye ku musozi Horo+, agahamvya ab’iwabo; 51 kubera ko mutashikije ivyo mwategerezwa kungirira+ hagati ya bene Isirayeli kuri ya mazi y’i Meriba+ i Kadeshi mu gahinga ka Zini; kubera ko mutanyejeje hagati muri bene Isirayeli+. 52 Kuko ico gihugu uzokibonera kure, mugabo ntuzokwinjira muri nya gihugu ngira mpe bene Isirayeli+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika