ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi: ibirimwo

      • Amategeko ajanye n’amashikanwa (1-21)

        • Ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha (1-10)

        • Ikimazi co gusangira (11-21)

      • Kirazira kurya ikinure canke amaraso (22-27)

      • Umugabane w’abaherezi (28-36)

      • Insozero y’ibijanye n’amashikanwa (37, 38)

Abalewi 7:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:6; 6:6; 14:2, 12; 19:20, 21; Gh 6:12

Abalewi 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 9:22
  • +Lw 3:1, 2; 5:9

Abalewi 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:13, 14; Lw 3:9, 17; 4:8, 9; 8:18, 20

Abalewi 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:3, 4

Abalewi 7:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:14-16

Abalewi 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:13; 6:14, 16; Gh 18:9
  • +Lw 2:3

Abalewi 7:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yarikoresheje mu gutanga impongano.» Raba Insiguro y’amajambo (Impongano).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:25, 26; 14:13

Abalewi 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:14; Lw 1:6

Abalewi 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:20, 21; 1Ng 23:29
  • +Lw 2:3-7; Gh 18:9; 1Kr 9:13

Abalewi 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 14:21
  • +Lw 5:11; Gh 5:15

Abalewi 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:1; 7:20; 22:21; 1Kr 10:16

Abalewi 7:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «udukate dufyase.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:29; 2Ng 29:31

Abalewi 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:25, 26; 10:14; Gh 18:8

Abalewi 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:29, 30

Abalewi 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:21
  • +Lw 22:23; Gus 12:5, 6

Abalewi 7:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:5, 6

Abalewi 7:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:7, 8

Abalewi 7:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 19:20

Abalewi 7:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 12:2, 4
  • +Lw 11:21-24; Gus 14:7
  • +Lw 11:10; Gus 14:10

Abalewi 7:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:16, 17; 4:8-10; 1Sm 2:16, 17

Abalewi 7:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:31; Lw 17:15

Abalewi 7:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:4; Lw 3:17; 17:10; Gus 12:16; 1Sm 14:33; Ivk 15:20, 29

Abalewi 7:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 17:14

Abalewi 7:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:1

Abalewi 7:30

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ikidari», «inkoro.»

  • *

    Ni ukuvuga kuzungagiza ujana imbere n’inyuma.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:3
  • +Kv 29:24; Lw 8:25-27; 9:21

Abalewi 7:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:3-5
  • +Lw 8:29

Abalewi 7:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:27, 28; Lw 10:14; Gh 6:20

Abalewi 7:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:3

Abalewi 7:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:14

Abalewi 7:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:1; 29:4, 7; 40:13

Abalewi 7:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «barobanurwa.» Raba Insiguro y’amajambo (Kurobanura).

  • *

    Canke «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 40:15; Lw 8:12

Abalewi 7:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:9
  • +Lw 2:1; 6:14
  • +Lw 6:25
  • +Lw 5:6; 7:1
  • +Kv 29:1; Lw 6:20
  • +Lw 3:1

Abalewi 7:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:27
  • +Lw 1:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 7:1Lw 5:6; 6:6; 14:2, 12; 19:20, 21; Gh 6:12
Lew. 7:2Heb 9:22
Lew. 7:2Lw 3:1, 2; 5:9
Lew. 7:3Kv 29:13, 14; Lw 3:9, 17; 4:8, 9; 8:18, 20
Lew. 7:4Lw 3:3, 4
Lew. 7:5Lw 3:14-16
Lew. 7:6Lw 5:13; 6:14, 16; Gh 18:9
Lew. 7:6Lw 2:3
Lew. 7:7Lw 6:25, 26; 14:13
Lew. 7:8Kv 29:14; Lw 1:6
Lew. 7:9Lw 6:20, 21; 1Ng 23:29
Lew. 7:9Lw 2:3-7; Gh 18:9; 1Kr 9:13
Lew. 7:10Lw 14:21
Lew. 7:10Lw 5:11; Gh 5:15
Lew. 7:11Lw 3:1; 7:20; 22:21; 1Kr 10:16
Lew. 7:12Lw 22:29; 2Ng 29:31
Lew. 7:14Lw 6:25, 26; 10:14; Gh 18:8
Lew. 7:15Lw 22:29, 30
Lew. 7:16Lw 22:21
Lew. 7:16Lw 22:23; Gus 12:5, 6
Lew. 7:17Lw 19:5, 6
Lew. 7:18Lw 19:7, 8
Lew. 7:20Gh 19:20
Lew. 7:21Lw 12:2, 4
Lew. 7:21Lw 11:21-24; Gus 14:7
Lew. 7:21Lw 11:10; Gus 14:10
Lew. 7:23Lw 3:16, 17; 4:8-10; 1Sm 2:16, 17
Lew. 7:24Kv 22:31; Lw 17:15
Lew. 7:26It 9:4; Lw 3:17; 17:10; Gus 12:16; 1Sm 14:33; Ivk 15:20, 29
Lew. 7:27Lw 17:14
Lew. 7:29Lw 3:1
Lew. 7:30Lw 3:3
Lew. 7:30Kv 29:24; Lw 8:25-27; 9:21
Lew. 7:31Lw 3:3-5
Lew. 7:31Lw 8:29
Lew. 7:32Kv 29:27, 28; Lw 10:14; Gh 6:20
Lew. 7:33Gus 18:3
Lew. 7:34Lw 10:14
Lew. 7:35Kv 28:1; 29:4, 7; 40:13
Lew. 7:36Kv 40:15; Lw 8:12
Lew. 7:37Lw 6:9
Lew. 7:37Lw 2:1; 6:14
Lew. 7:37Lw 6:25
Lew. 7:37Lw 5:6; 7:1
Lew. 7:37Kv 29:1; Lw 6:20
Lew. 7:37Lw 3:1
Lew. 7:38Kv 34:27
Lew. 7:38Lw 1:2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abalewi 7:1-38

Abalewi

7 Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+: ni ikintu ceranda cane. 2 Ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha bazorikererera ahantu bakererera amashikanwa aturirwa, kandi amaraso yaryo+ azomijagirwa ku mpande zose z’igicaniro+. 3 Umuherezi azoshikana ibinure vyose+ vy’iryo shikanwa, ni ukuvuga igitsembe kinuze, ikinure gipfutse amara 4 be n’amafyigo abiri n’ikinure cayo kiri hafi y’ikiyunguyungu. Azokurako kandi ikinure gifashe ku gitigu, agikurireko rimwe n’amafyigo+. 5 Umuherezi azobiturira bifumbe umwotsi ku gicaniro, bibe ishikanwa rya Yehova bashikanisha umuriro+. Ni ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha. 6 Umugabo wese w’umuherezi azoriryako+ kandi azoririra ahantu heranda. Ni ikintu ceranda rwose+. 7 Itegeko rigenga ishikanwa ry’igicumuro ni ryo nyene rikora kw’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha. Inyama zaryo zegukira umuherezi yarishikanye*+.

8 Igihe umuherezi ashikanye ishikanwa riturirwa ry’umuntu, urushato+ rw’iryo shikanwa ruzoca ruba urw’uwo muherezi.

9 Ishikanwa ryose ry’intete ryokejwe mw’ifuru, iryateguriwe mw’isafuriya canke kw’ipanu+, ryegukira umuherezi yaritanze. Rizoba ari rwiwe+. 10 Ariko ishikanwa ryose ry’intete rivanze n’amavuta+ canke ryumutse+, ryegukira abahungu ba Aroni bose. Bose bazoronka ibingana.

11 Iri ni ryo tegeko rigenga ikimazi co gusangira+ umuntu ashobora gushikanira Yehova: 12 niyagishikiriza agomba gukenguruka+, azogitanga kiri kumwe n’imikate y’umuzingi itarimwo umwambiro icumbanywe amavuta, udukate* tutarimwo umwambiro dusizeko amavuta be n’imikate y’umuzingi ikozwe mw’ifu inoze ivanze neza kandi icumbanywe amavuta. 13 Iryo shikanwa azoritanga riri kumwe n’imikate y’umuzingi irimwo umwambiro hamwe n’ico kimazi co gusangira atanze kugira akenguruke. 14 Azotora umukate umwumwe muri ubwo bwoko bwose, ibe umugabane mweranda ashikanira Yehova. Uwo mugabane uzoca wegukira umuherezi yamijagiye ku gicaniro amaraso y’ico kimazi co gusangira+. 15 Inyama z’ikimazi co gukenguruka zikwiye kuribwa ku musi agitangiyeko. Ntakwiye kuziraza+.

16 Nimba ikimazi ciwe ari ico gushitsa indagano+ canke ishikanwa atanze avyishakiye+, gikwiye kuribwa ku musi agitangiyeko. Ibisigaye birashobora kuribwa ku musi ukurikira. 17 Ariko inyama zose zizosigara ku musi ugira gatatu zitegerezwa guturirwa+. 18 Nihagira uwurya ku nyama z’ico kimazi ku musi ugira gatatu, uwagitanze ntazokwemerwa n’Imana kandi ntazofatwa ko yagitanze. Ico kimazi kizoca kiba igisesemye, kandi uwuzokiryako azobihanirwa+. 19 Inyama zikoze ku kintu gihumanye ntizikwiye kuribwa. Zikwiye guturirwa. Ariko inyama zidahumanye, umuntu wese adahumanye arashobora kuzirya.

20 Mugabo umuntu wese ariye ku kimazi co gusangira kigenewe Yehova kandi ahumanye, ategerezwa kwicwa*+. 21 Nihagira uwukora ku kintu gihumanye, bwaba ari ubuhumane bw’umuntu+, igikoko gihumanye+ canke ikintu cose gisesemye kandi gihumanye+, hanyuma akarya ku nyama z’ikimazi co gusangira kigenewe Yehova, uwo muntu ategerezwa kwicwa.”»

22 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 23 «Barira Abisirayeli uti: “Ntimuze murye ikinure na kimwe+, caba ic’impfizi y’inka, isuguru y’intama canke impene. 24 Ikinure c’igitungwa musanze capfuye canke igitungwa cishwe n’igikoko murashobora kugikoresha ikindi kintu cose mushatse, ariko ntimuze mwigere mukirya+. 25 Umuntu wese ariye ikinure c’igitungwa ahaye Yehova nk’ishikanwa bashikanisha umuriro, ategerezwa kwicwa.

26 Ntimuze murye amaraso n’amwe+ aho muzoba muba hose, yaba ari ay’inyoni canke ikindi gitungwa. 27 Umuntu azorya amaraso ayo ari yo yose ategerezwa kwicwa+.”»

28 Yehova yongera kubwira Musa ati: 29 «Barira Abisirayeli uti: nihagira uwuzanira Yehova ikimazi co gusangira, azogikurako ivyo aha Yehova+. 30 Azozana mu maboko yiwe ikinure+ n’akameme*, abishikanire Yehova bwa shikanwa bashikanisha umuriro, hanyuma abizungagize* nk’ishikanwa bazungagiza+ imbere ya Yehova. 31 Umuherezi azoturira ico kinure gifumbe umwotsi ku gicaniro+, ariko akameme kazoba aka Aroni n’abahungu biwe+.

32 Muzoha umuherezi itako ry’iburyo, ribe umugabane mweranda uvuye ku bimazi vyanyu vyo gusangira+. 33 Umuhungu wa Aroni azoshikana amaraso y’ibimazi vyo gusangira hamwe n’ikinure, ni we azotwara iryo tako, ribe umugabane wiwe+. 34 Ku bimazi vyo gusangira Abisirayeli batanga, nkuyeko akameme k’ishikanwa bazungagiza n’itako ry’umugabane mweranda, maze ndabiha Aroni n’abahungu biwe. Iryo ni itegeko ryamaho ku Bisirayeli+.

35 Uwo ni wo mugabane ugenewe abaherezi, ni ukuvuga Aroni n’abahungu biwe. Bawuhawe uvuye ku mashikanwa ya Yehova bashikanisha umuriro, umusi bimikwa ngo bakorere Yehova igikorwa c’ubuherezi+. 36 Yehova yategetse ko baza barahabwa uwo mugabane uvuye ku bimazi vy’Abisirayeli umusi bimikwa*+. Ni itegeko ryamaho uko urunganwe* rwabo ruzogenda rurakurikirana.»

37 Iryo ni ryo tegeko rigenga ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+, ishikanwa ry’igicumuro+, ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+, ikimazi co kwimika abaherezi+ be n’ikimazi co gusangira+. 38 Ivyo ni vyo Yehova yategetse Musa ku musozi Sinayi+, umusi yategeka Abisirayeli kuzanira amashikanwa yabo Yehova mu bugaragwa bwa Sinayi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika